Indwara ya #Cancer ni indwara itavugwa cane mu #Burundi ariko ihitana benshi
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Indwara ya #Cancer ni indwara itavugwa cane mu #Burundi ariko ihitana benshi
385 просмотров · 3 дн. назад
Mashariki TV
483 тыс. подписчиков
385 просмотров · 3 дн. назад
Indwara ya cancer ni indwara itavugwa cane mu #Burundi ariko cokimwe n'ahandi kw'isi yose, ni indwara iriko ihitana benshi mu Burundi. #Tanganyika_Fondation ibicishije ku bitaro Tanganyika care yarahagurukiye kuvura no guhimiriza abarundi kugwanya iyo ndwara, baciye cane cane mu kwipimisha cancer hakiri kare, kuko iyo yamenyekanye kare iravugwa igakira.
#Burundi