Перейти к содержимому

Menya vyinshi utaruzi bibera kw'itongo ry'abapfuye ryo ku MPANDA

AKEZA TV

0:00 / 0:00

Menya vyinshi utaruzi bibera kw'itongo ry'abapfuye ryo ku MPANDA

26 768 просмотров · 1 месяц назад
AKEZA TV
226 тыс. подписчиков
26 768 просмотров · 1 месяц назад
🔴😳Ngiyi inkuru idasanzwe canke iteye ubwoba y'umugabo amaze imyaka irenga 25, ahamba abantu kw'itongo ry'abapfuye ryo ku Mpanda. Melchior NTUNZWENIMANA, avuga ko yatanguye gukora aka kazi mu 1998, akaba amaze guhamba abantu benshi. Ubu akaba akora akazi ko kwubaka imva n'ibindi bijanye no gutegura intatemwa z'abapfuye. Kaze mwumvirize n'izindi ntahe nyinshi z'abahakorera : Ubwoba, Amafaranga hamwe n'amasengesho yo ku kaburi ☠️😢