Present continuous - lesson 16
Twige
0:00 / 0:00
Present continuous - lesson 16
2 659 просмотров · 5 лет назад
Twige
9,54 тыс. подписчиков
2 659 просмотров · 5 лет назад
Present continuous ni umwanya uri muri kubu kabandanya ukoreshwa mu gihe umuntu yipfuza kuvuga ibintu biriko birangura mu kanya aba ariko avuga.
Kino cigwa kibasigurira neza ido n'ido uko uwo mwanya ukoreshwa.
Happy learning!
ivyigwa vyiza 😊
#Twige #icongereza #Burundi