Перейти к содержимому

#Rutana :Impunzi z'abakongomani zaronkejwe imfashanyo n'Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi

Mashariki TV

0:00 / 0:00

#Rutana :Impunzi z'abakongomani zaronkejwe imfashanyo n'Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi

629 просмотров · 1 г. назад
Mashariki TV
483 тыс. подписчиков
629 просмотров · 1 г. назад
Impunzi z'abakongomani zaje ziva muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo #RDC zimuriwe i #Musenyi mu ntara ya #Rutana Komine #Giharo zaronkejwe imfashanyo igizwe n'umuceri, ibaharage, ifu y'ibigori, amavuta y'ikigazi, amata, imitobe, ibitenge n'amasabuni. Iyo mfashanyo ikaba yatanzwe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi. Angeline Ndayishimiye yagendeye izo mpunzi akaba yatumiriye abarundi kubaba hafi ntibaze basonzere mu gihugu c'Uburundi. #Burundi