#intahe : Abakenyezi //Hosy(Siren Vibes),Flavie na Chloe Ntare bavuze uko bashitse ku ndoto zabo
Umwungere TV
0:00 / 0:00
#intahe : Abakenyezi //Hosy(Siren Vibes),Flavie na Chloe Ntare bavuze uko bashitse ku ndoto zabo
6 544 просмотра · 6 месяцев назад
Umwungere TV
1,07 тыс. подписчиков
6 544 просмотра · 6 месяцев назад
"Abenshi babona intsinzi yabo ku mbuga ngurukanabumenyi… ariko ntibazi ingorane ziri inyuma y’izo ndoto. #Hosy, #Flavie na #Chloe babivuze mu ntahe yabo…"
Mu kiganiro kidasanzwe ca #Intahe ku mwungere TV( FYONDA S'ABONNER), abakenyezi batatu bazwi cane mu Burundi barashikiriza ubuzima bwabo, indoto zabo n’ingene bashitse ku vyo bakora uyu musi.
🔹Hosy wo muri Siren Vibes aravuga aho akura motivation yo gukora ibikorwa vyiwe, ingorane yaciyemwo n’ico abwira urwaruka rushaka gushika ku ndoto zarwo.
🔹 Flavie aravuga inkuru itangaje y’ukuntu yahisemwo umwuga w’ugutwara imodoka (chauffeur) mu gihe benshi babona ko ari akazi k’abagabo gusa.
🔹 Chloe Ntare, umwe muba influencers azwi ku mbuga ngurukanabumenyi mu Burundi, aravuga ku ndoto ziwe, uko yubaka n’ico urwaruka rwokwiga mu rugendo rwiwe.
🔥Muri iki kiganiro kandi, #Pasteur Athanase,umuhinga muvyerekeye inyifato aratanga impanuro ku bakristo ku bijanye no gukora, .
👉 Raba video yose wumve intahe zabo zishobora kugutera intege mu buzima bwawe.
📺 Subscribe kuri Umwungere TV kugira ntusigwe n’ibindi biganiro bitera intege.
#intahe #burundi #inspiration #Abakenyezi #femme #successstory #motivation @UmwungereTV #siren