🥂 #HangOut Chloé Ntare: ''Ubu ndi single, nshaka uwompa amahoro''
Magazine Jimbere
0:00 / 0:00
🥂 #HangOut Chloé Ntare: ''Ubu ndi single, nshaka uwompa amahoro''
39 745 просмотров · 2 года назад
Magazine Jimbere
73,8 тыс. подписчиков
39 745 просмотров · 2 года назад
📱 Chloe Ntare ni umwe mu bakenyezi bakoresha cane imbuga ngurukanabumenyi, aratuyagiye bimwe mu bibazo ahura navyo mu kazi kiwe, ndetse n’ukuntu akorana n’amashirahamwe mu bijanye no kumenyekanisha ibikorwa vyabo (publicité)
#Uburundi #Urwaruka #Jimbere