Umuhirwe nyakuri Matayo 5:6 Igice ca 2 (Part 2)
Redeemer Baptist Church Burundi
0:00 / 0:00
Umuhirwe nyakuri Matayo 5:6 Igice ca 2 (Part 2)
136 просмотров · 7 дн. назад
Redeemer Baptist Church Burundi
167 подписчиков
136 просмотров · 7 дн. назад
Matayo atubwira ko Umuhirwe ari uwo afise inzara n'inyota vyo kugororoka. Imana irashimangira kwerekana ko uwizera ari umuhigwe muri ino si. Birashoboka ko uwizera aca mu bihe bigoye aho yumva umenga si umuhirwe canke muri rusangi abantu ntibigere batahura ingene ukwizera Yesu Kristo bigira umuntu umuhirwe; ariko Matayo adufaha gutora neza ko abahezagiwe canke abahirwe ari abizera Kristo.