Перейти к содержимому

Umusi w'Uhoraho uraje Malaki 4:1-3

Redeemer Baptist Church Burundi

0:00 / 0:00

Umusi w'Uhoraho uraje Malaki 4:1-3

52 просмотра · 5 дн. назад
Redeemer Baptist Church Burundi
167 подписчиков
52 просмотра · 5 дн. назад
Igihe kinini umuntu abaho atibaza ko Umwami Yesu ashobora kugaruka. Ivyo bituma umuntu abaho atiyumvira ahanini n'ingene ubzima bwiwe buriko bwubaha Imana. Umusi w'uhoraho twumvamwo ibintu 2: 1. Agakiza ku bantu b'Imana 2. Urubanza ku banse kwizera Umwana w'Imana Yesu Kristo. Ku bizera umusi w'Uhoraho ukwiye kubibutsa ko hari agakiza kabo kuzuye kari hafi. Imibabaro y'abizera naho yoba myinshi gute ntigereranywa n'umunezero w'ibihe vyose uzozanana n'ukuza kw'umusi w'Uhoraho. Ivyo bituma abizera bagumya ubwizigirwa kuko umusi w'Uhoraho uri hafi Ku batizera; bakwiye kwemera no kwizera ubutumwa bwiza igihe cose babwumvise, bakwiye kandi guhindishwa agashitsi n'uguseruka kw'umusi w'Uhoraho. Naho bobona ko bahiriwe muri ino si mu kubaho uko bashaka, barindiriwe n'umubabaro w'ibihe bidashira mu guseruka kw'umusi w'Uhoraho Mugenzi izere ukicumva ino nkuru nziza kuko ejo atari ahawe. Ukaba ukeneye kumenya vyinshi kuri Redeemer Baptist Church, twandikire kuri whatsapp canke utwakure kuri 79095116 /68060205