Перейти к содержимому

IVYIZA IMANA IGIRIRA ABAYIKUNDA - Pasteur Blaise NDAYISABA

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

IVYIZA IMANA IGIRIRA ABAYIKUNDA - Pasteur Blaise NDAYISABA

5 612 просмотров · 1 год назад
MEIRRA Tv
235 тыс. подписчиков
5 612 просмотров · 1 год назад
Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu w'Imana 27/10/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!