Перейти к содержимому

UKO IMANA YANTUMYE - PASTEUR BLAISE NDAYISABA

KWIZERA WORSHIP

0:00 / 0:00

UKO IMANA YANTUMYE - PASTEUR BLAISE NDAYISABA

2 228 просмотров · 1 год назад
KWIZERA WORSHIP
45,3 тыс. подписчиков
2 228 просмотров · 1 год назад
Kaze kuri ‪@kwizeraworshipteam-bi‬ dusangire umugisha muri ubu butumwa bwiza twashikirijwe na Pasteur Blaise NDAYISABA aho yatwigishije amariba ya Mpwemu Yera ahejeje gushinga intahe ingene Imana yamutumye. Yesu abahezagire kandi adushoboze kurondera amariba kugira ngo ni yaza azosange turi maso. Turagushimiye wewe umaze gukora subscribe twongera tugusaba wewe mushasha gukora subscribe mu gufyonda ku kazogera kandi usangize nabandi bose kugira ubu butumwa bushikire bose. #ubutumwa_bukiza #ubutumwa_bwiza