WAMAN'IMIGABO YO GUTUNGANA | Take time to be holy — INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA 177
INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA.
0:00 / 0:00
WAMAN'IMIGABO YO GUTUNGANA | Take time to be holy — INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA 177
7 857 просмотров · 3 месяца назад
INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA.
74,8 тыс. подписчиков
7 857 просмотров · 3 месяца назад
[Verse 1]
Waman' imigabo yo gutungana,
Ube muri Yesu, wam' umwumvira,
Uz' ukund' abiwe, fash' abarwaye,
Rondera na ntary' umugisha wiwe.
[Verse 2]
Waman' imigabo yo gutungana,
Kukw abo mw isi bavyirengagiza,
Wihererane na Yes' Umukiza;
Umwitegereje uzoba nka we.
[Verse 3]
Waman' imigabo yo gutungana,
Azokurongora, ntumuj' imbere,
Mu mubabaro no mu munezero
Wome kuri Yesu, umwizigire.
[Verse 4]
Waman' imigabo yo gutungana,
Mu mutima wawe gir' amahoro,
Maze Mpwemu Yer' azokuyobora,
Kand' azoguha gutungana rwose.