SIMBIZI NTACO ASIGARIJE NELLYNAT | 1000$ YAHAWE | INDA YA MIGNONE | UKURI KWOSE AGUSHIZE AHABONA
Simbizi Wa Semavumba
0:00 / 0:00
SIMBIZI NTACO ASIGARIJE NELLYNAT | 1000$ YAHAWE | INDA YA MIGNONE | UKURI KWOSE AGUSHIZE AHABONA
127 просмотров · 13 дней назад
Simbizi Wa Semavumba
39,7 тыс. подписчиков
127 просмотров · 13 дней назад
Mugihe umunyarusaku @nellynattv3311 yavuze ko @Semavumba yahawe 1000$ kugira ntasubire kuvugira igihugu, Simbizi ahisemwo kubereka amahirwe y ihiganwa ryashinzwe na @paeejburundi9895 n Ubuyobozi bukuru bujejwe ba mukeharugendo.
Namba uri Umu Architect link niyi http://paeej.bi/ecotourisme/
Ushaka kugerageza amahirwe nka Photographe, Influencer, videographe, content creator iyandikishe uciye ngaha http://paeej.bi/concoursphoto/
Aya mahirwe aherana n itariki 04/10/2026.
Namba yakunezereje, yisangize abandi. Ufise ico ubaza canke wunganira twandikire kuri +25769621515
KORA SUBSCRIBE MUGIRE NICO MUVUZE KWINO NKURU