Cardinal Kambanda:Ekleziya y’i Burundi n’iy’u Rwanda dufise vyinshi biduhuza kurusha ibidutandukanya
Radio Maria Burundi
0:00 / 0:00
Cardinal Kambanda:Ekleziya y’i Burundi n’iy’u Rwanda dufise vyinshi biduhuza kurusha ibidutandukanya
1 893 просмотра · 11 мес. назад
Radio Maria Burundi
43,9 тыс. подписчиков
1 893 просмотра · 11 мес. назад
Muri iki kiyago cihariye yagiranye na Radio Maria Burundi, Nyenicubahiro Kardinali Antoine Kambanda, arongoye inama y’abepiskopi b’i Rwanda, aradusigurira ico inama ya ACOREB yomarira Ekleziya y’u Burundi n’iy’u Rwanda.
Iyo nama yabereye i Kiriri mu kigo CINOPR ca CECAB.
Kardinali Kambanda avuga ko naho hatabura ibibazo mu biganiro canke mu mibano, hari vyinshi Ekleziya z’u Burundi n’u Rwanda zihuza: ubutumwa, ukwemera, umuco n’imigenderanire y’ubwuzuzanye.
#CardinalKambanda #ACOREB #RadioMariaBurundi #ÉgliseCatholique #BurundiRwanda #UnitéChrétienne #Kiriri #CINOPR #foicatholique