Перейти к содержимому

Igihugu ca Qatar kigiye kuzana imitahe mu gihugu c'Uburundi biciye mw'ishirahamwe Al Mansour Holding

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Igihugu ca Qatar kigiye kuzana imitahe mu gihugu c'Uburundi biciye mw'ishirahamwe Al Mansour Holding

11 232 просмотра · 1 год назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
11 232 просмотра · 1 год назад
#Burundi: Igihugu ca #Qatar kiriteguye gufashanya n’Uburundi mu bisata bitandukanye harimwo amahinguriro n’uburimyi, nk'uko vyashikirijwe n’umurwi w'abahinga n’abanyamitahe bo muri ico gihugu aho washika mu #Burundi kuri uyu wa 15 Myadagaro 2025. Uwo mugwi ukamenyesha kandi ko ivyo bizotuma ubushomeri bugabanuka. Uwo mugwi w'abantu 22, waje urongowe na #Sheikh_Mansour_Bin_Jabor_Bin_Jassim_Al_Thani ukaba wakiriwe n'umushikiranganji ajejwe amahinguriro Hassan Kibeya. #Burundi #Imigenderanire #Akazi