32 Jeune et Prière Jour 19
MINEVAM Kigobe Church
0:00 / 0:00
32 Jeune et Prière Jour 19
221 просмотр · 4 дн. назад
MINEVAM Kigobe Church
9,98 тыс. подписчиков
221 просмотр · 4 дн. назад
#MINEVAM_KIGOBE_CHURCH
Thème:Ntuhe akaryo Satani/ ne donne pas accès au diable
Ephe4:26-28 ; Genèse2:15-17 ; Juge16, 1pierre5:7-8
Introduction
Narabonye kandi ndamaze kumva: *Imiryango yari ibayeho mu buryo bwiza ariko igihe biba ibitandukanye*, abarongozi beza bacitse , abakozi b'Imana bari bafise amasezerano yo gukoreshwa ibikomeye bahungabanye, abigeme n'abasore bari bafise kazoza keza ariko satani yabagize abaja
Ukuri nuko Satani atoshobora gushikira imigabane yacu atari twebwe tumuhaye accès, ibice vyinshi vyivyo yononye nitwe twamuhaye (Aramubwira ati: “Ndaguha kuganza ubwo bwami, nguhe nʼubwiza bwabwo bwose, kuko *narabuhawe kandi nshobora kubuha uwo nshatse wese.*”
Luka 4:6)
Ninde yabimuhaye?🤔 Uko biri kose si Imana ariko n'Umuntu
Le mot accès mu kigiriki ni Topos : un endroit où tu arrives quand tu as l'accès
*Nokora iki*?
1.ntumuhe akaryo
(Eph4:27)
N'umunyamayeri kugusumvya ba maso cane kukintu cose kigomba kwinjira mu buzima bwawe
2.Murwanye atarinjira
(1pierre5:8-9)
Nturindire kwabanza kwinjira , mutere hakiri kare, wewe aguma arondera ico agukorako n'aho yinjirira
3.Zigama ivyo ufise
(Genèse2:15)