Перейти к содержимому

Ivyahishuriwe Yohana 11 partie 2 : Inzamba y'indwi, iherezo rirashitse !

MUGIHUGU C'IVYIZA TV

0:00 / 0:00

Ivyahishuriwe Yohana 11 partie 2 : Inzamba y'indwi, iherezo rirashitse !

3 273 просмотра · 3 г. назад
MUGIHUGU C'IVYIZA TV
5,02 тыс. подписчиков
3 273 просмотра · 3 г. назад
Inkuru nziza naha ihagaze, nuko Yesu azoza gukuraho icaha, vuba bidatinze agiye kuza kudukura mwino si yivyago. Kurikirana iki cirwa witonze hama bishobotse aho udatahura ubaze. Whatsapp: +25761208669 Uri n'ugutwi niyumve! Ibi vyirwa mubikurikirana misi yose kuwagatanu (Jeudi) isaha cumi na zibiri zagatondo (6h) no kw'isabato isaha umunani ninusu z'umuhingamo (14h30). Yesu agiye kuza vuba, mugihe twiga ubuhanuzi nkubu nimureke twitegurire umuzo wiwe uhambaye.