Ivuka ridasanzwe rya Yesu risigura iki mu bukirisu? Matayo 1 18 25
Redeemer Baptist Church Burundi
0:00 / 0:00
Ivuka ridasanzwe rya Yesu risigura iki mu bukirisu? Matayo 1 18 25
253 просмотра · 2 мес. назад
Redeemer Baptist Church Burundi
167 подписчиков
253 просмотра · 2 мес. назад
Matayo adufasha gutora ataguhusha ingene Yesu w'inazareti ariwe Kristo. Abayuda vyarabagoye kwizera ko Yesu ariwe Kristo nk'uko ivyanditswe bivuga. urugendo Matayo afata rwo gutanga ivyemezo ni rwo rugendo rubereye ko twama dufata igihe birikobiratugora kwizera. woba uri mu Bantu bigora kwizera no kugira ubushizi bw'abanga ko Yesy w'inazareti ariwe Kristo Umukiza n'umwami? Jana natwe muri Matayo uheze uronke ubushizi bw'amanga.