Muri Australie abantu badakora babayeho gute? 🇦🇺 | Ukuri benshi batazi.
BTVlight
0:00 / 0:00
Muri Australie abantu badakora babayeho gute? 🇦🇺 | Ukuri benshi batazi.
236 просмотров · 2 недели назад
BTVlight
51 подписчик
236 просмотров · 2 недели назад
Muri iyi video turaganira ku buzima bw’abantu baba muri Australie ariko badafise akazi. 💰🇦🇺
Abantu benshi bibaza bati: “Umuntu adakora muri Australie abaho gute?” Mbega hari imfashanyo ahabwa? ubuzima bw’umuntu adafise akazi buba bumeze gute?
Muri iyi video turaganira ku buryo butandukanye abantu bashobora kubaho, ingorane bashobora guhura nazo muri kazoza, amafaranga n’ibindi bikoresho vy’imibereho, hamwe n’ukuntu ubuzima muri Australie bushobora kuba butandukanye n’uko bamwe babwiyumvira
#burundicomedy
#burundianmusic
#burundidiaspora
#burundian
#burundiancanada
#burundi
#burundianusa
#burundianaustralia
#bujumburacity
#bujumbura
#burundian