Uganda : Polisi iravuga iki ku rupfu rwa Robert Kabera, wahoze mu ngabo z’u Rwanda? |BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
0:00 / 0:00
Uganda : Polisi iravuga iki ku rupfu rwa Robert Kabera, wahoze mu ngabo z’u Rwanda? |BBC News Gahuza
12 389 просмотров · Трансляция закончилась 4 часа назад
BBC News Gahuza
45,1 тыс. подписчиков
12 389 просмотров · Трансляция закончилась 4 часа назад
Robert Kabera yahoze ari umusirikare w'ipete rya Sergeant Major akaba n'umuririmvyi yamenyekanye cane mu murwi w'umuziki wo mu ngabo z'Urwanda (RDF), yiciwe mu gihugu ca Uganda iyo yari amaze igihe aba nk'impunzi, nk'uko umugore wiwe n'uwari incuti yiwe babibwiye BBC Gahuzamiryango.
Umugore wiwe Jeanne d'Arc Rwigema Uwizeye yikeka ko yishwe ku wa gatandatu n'abantu bamusanze aho yariko arubaka inzu mu karere ka Kammengo, kari nko ku birometero 45 mu bumanuko bushira uburengero bw'umurwa mukuru Kampala.
Amavidewo BBC Gahuzamiryango yahawe yerekana ikiziga c'umuntu yaciwe umutwe, bivugwa ko ari ica Sergeant Robert, hamwe n'abakozi bo mu gisata c'amagara bambaye impuzu zo kwa muganga ziriko amabendera ya Uganda, n'abapolisi bambaye impuzu z'igipolisi ca Uganda. BBC ntirashobora kwemeza no kugenzura mu buryo bwigenga ko ayo mashusho ari ay'ukuri.
#BBCNewsGahuza
-----------------------
Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza.
Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri.
BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi.
Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva.
Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano:
BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza
Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza
Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza
WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j