Afise ubumuga budasanzwe ariko akagira umwete kurusha abakomeye
AKEZA TV
0:00 / 0:00
Afise ubumuga budasanzwe ariko akagira umwete kurusha abakomeye
8 796 просмотров · 2 дн. назад
AKEZA TV
230 тыс. подписчиков
8 796 просмотров · 2 дн. назад
Nimba ubona mu buzima ukomeye, ata bumuga canke iyindi ndwara ugendana, uze wame wibuka gushimira Imana.
CUBWA Corette ni umwe mu bakenyezi, bagendana ubumuga yagerageje kurwanira ubuzima bwiwe, mu nzira zose zishoboka kugira ashobore kwibeshaho.
Yavutse akomeye, ariko aza kugira ubumuga bw’amaguru mu nyuma. Nubwo yamugaye, ntiyashimye kugorana. Yakuze yikorera vyose, ibikorwa vyose vyo mu muhira, n’ibindi bijanye no kwitezimbere mu kurondera amafaranga n’ayandi matungo. Kaze mukurikirane intahe ibabaje kandi itangaje yuyo mukenyezi w’ahitwa i Kabonga, muri Komine Nyanza-Lac, mu ntara ya Burunga.